Surah An-Nasr — Divine Support

Surah An-Nasr (Divine Support) is chapter 110 of the Quran, with 3 verses. This page presents the Arabic text with a Kirundi translation, verse by verse.

إِذَا جَآءَ نَصۡرُ ٱللَّهِ وَٱلۡفَتۡحُ

Nihashika intsinzi y’Imana n’ugutsinda

Ayah 1

وَرَأَيۡتَ ٱلنَّاسَ يَدۡخُلُونَ فِي دِينِ ٱللَّهِ أَفۡوَاجࣰ ا

Niwabona abantu binjira mw’idini ry’Imana imirwi n’iyindi

Ayah 2

فَسَبِّحۡ بِحَمۡدِ رَبِّكَ وَٱسۡتَغۡفِرۡهُۚ إِنَّهُۥ كَانَ تَوَّابَۢا

Aho rero nusukure n’Umuremyi wawe hamwe nukuyihayagiza, umusabe ikigongwe, mu vy’ukuri niyo yakira ikigongwe

Ayah 3