Surah Al-Kawthar — Abundance
Surah Al-Kawthar (Abundance) is chapter 108 of the Quran, with 3 verses. This page presents the Arabic text with a Kirundi translation, verse by verse.
إِنَّآ أَعۡطَيۡنَٰكَ ٱلۡكَوۡثَرَ
Mu vy’ukuri twaguhaye imigisha myinshi cane
Ayah 1فَصَلِّ لِرَبِّكَ وَٱنۡحَرۡ
Rero n’usenge kubera Umuremyi wawe, kandi ubage kubera Umuremyi wawe
Ayah 2إِنَّ شَانِئَكَ هُوَ ٱلۡأَبۡتَرُ
Mu vy’ukuri umwansi wawe niwe azoba imfuvyi
Ayah 3