Surah Quraish — Quraysh

Surah Quraish (Quraysh) is chapter 106 of the Quran, with 4 verses. This page presents the Arabic text with a Kirundi translation, verse by verse.

لِإِيلَٰفِ قُرَيۡشٍ

Kugira ngo aba Quraishi babandanye

Ayah 1

إِۦلَٰفِهِمۡ رِحۡلَةَ ٱلشِّتَآءِ وَٱلصَّيۡفِ

Babandanya n’ingendo zabo z’igihe c’imbeho n’igihe c’ubushuhe

Ayah 2

فَلۡيَعۡبُدُواْ رَبَّ هَٰذَا ٱلۡبَيۡتِ

Rero nibasenge nyene icubahiro ciyi nzu yitiriwe Al’kaabat

Ayah 3

ٱلَّذِيٓ أَطۡعَمَهُم مِّن جُوعࣲ وَءَامَنَهُم مِّنۡ خَوۡفِۭ

Ariwe abarisha mugihe c’inzara, n’ukubaha amahoro mugihe c’ubwoba

Ayah 4