Surah Al-Maa'un — Almsgiving
Surah Al-Maa'un (Almsgiving) is chapter 107 of the Quran, with 7 verses. This page presents the Arabic text with a Kirundi translation, verse by verse.
أَرَءَيۡتَ ٱلَّذِي يُكَذِّبُ بِٱلدِّينِ
Mbega wamubonye umwe ahakana idini ry’Imana
Ayah 1فَذَٰلِكَ ٱلَّذِي يَدُعُّ ٱلۡيَتِيمَ
Uyo n’umwe asunika impfuvyi
Ayah 2وَلَا يَحُضُّ عَلَىٰ طَعَامِ ٱلۡمِسۡكِينِ
Kandi ntiyitaho kugaburira aboro
Ayah 3فَوَيۡلࣱ لِّلۡمُصَلِّينَ
Rero ibihano bikaze cane bizoba shikira abantu basenga
Ayah 4ٱلَّذِينَ هُمۡ عَن صَلَاتِهِمۡ سَاهُونَ
Batitaho kumategeko y’amasengesho yabo
Ayah 5ٱلَّذِينَ هُمۡ يُرَآءُونَ
Abagira ivyo bikorwa vyabo kugira ngo biyereka kubantu gusa
Ayah 6وَيَمۡنَعُونَ ٱلۡمَاعُونَ
Nabo n’abima imfashanyo zabo kubazikeneye
Ayah 7