Surah Ad-Dhuhaa — The Morning Hours
Surah Ad-Dhuhaa (The Morning Hours) is chapter 93 of the Quran, with 11 verses. This page presents the Arabic text with a Kirundi translation, verse by verse.
وَٱلضُّحَىٰ
Ndarahiye k’Umutaga
Ayah 1وَٱلَّيۡلِ إِذَا سَجَىٰ
No kw’Ijoro riba rikwiragiye hose
Ayah 2مَا وَدَّعَكَ رَبُّكَ وَمَا قَلَىٰ
Ntiyagusize Umuremyi wawe, canke ntiyashavuye
Ayah 3وَلَلۡأٓخِرَةُ خَيۡرࣱ لَّكَ مِنَ ٱلۡأُولَىٰ
Ntankeka mugihe kiza kizoba ari ciza kuri wewe gusumba icabaye
Ayah 4وَلَسَوۡفَ يُعۡطِيكَ رَبُّكَ فَتَرۡضَىٰٓ
N’Umuremyi wawe azoguha vyinshi kugeza aho uzoshima
Ayah 5أَلَمۡ يَجِدۡكَ يَتِيمࣰ ا فَـَٔاوَىٰ
Mbega nti yagusanze uri impfuvyi ica iguha uburaro n’uburamuko bwiza
Ayah 6وَوَجَدَكَ ضَآلࣰّ ا فَهَدَىٰ
Igusanga utazi kurongora inzira nayo irakurongora
Ayah 7وَوَجَدَكَ عَآئِلࣰ ا فَأَغۡنَىٰ
Igusanga uri umukene iguha n’ubutunzi
Ayah 8فَأَمَّا ٱلۡيَتِيمَ فَلَا تَقۡهَرۡ
Rero ntubonere impfuvyi
Ayah 9وَأَمَّا ٱلسَّآئِلَ فَلَا تَنۡهَرۡ
Kandi ntukankamire uwukubajije
Ayah 10وَأَمَّا بِنِعۡمَةِ رَبِّكَ فَحَدِّثۡ
N’imigisha y’Umuremyi wawe uyivuge
Ayah 11