Surah Al-Falaq — The Dawn

Surah Al-Falaq (The Dawn) is chapter 113 of the Quran, with 5 verses. This page presents the Arabic text with a Kirundi translation, verse by verse.

قُلۡ أَعُوذُ بِرَبِّ ٱلۡفَلَقِ

Vuga uti:- ndikinze k’Umuremyi w’ibiremwa vyose

Ayah 1

مِن شَرِّ مَا خَلَقَ

N’ishari yivyo yaremye vyose

Ayah 2

وَمِن شَرِّ غَاسِقٍ إِذَا وَقَبَ

N’ishari ry’umwijima w’ijoro mugihe ryinjiye

Ayah 3

وَمِن شَرِّ ٱلنَّفَّٰثَٰتِ فِي ٱلۡعُقَدِ

N’ishari ry’abahuhera mumafundo

Ayah 4

وَمِن شَرِّ حَاسِدٍ إِذَا حَسَدَ

N’ishari ry’umufise inzigo mugihe agize iyo nzigo

Ayah 5