Surah Al-Kaafiroon — The Disbelievers
Surah Al-Kaafiroon (The Disbelievers) is chapter 109 of the Quran, with 6 verses. This page presents the Arabic text with a Kirundi translation, verse by verse.
قُلۡ يَٰٓأَيُّهَا ٱلۡكَٰفِرُونَ
Vuga uti:- mwebwe bahakanyi b’Imana y’ukuri
Ayah 1لَآ أَعۡبُدُ مَا تَعۡبُدُونَ
Jewe si nsenga ivyo musenga
Ayah 2وَلَآ أَنتُمۡ عَٰبِدُونَ مَآ أَعۡبُدُ
Na mwebwe ntimusenga uwo nsenga
Ayah 3وَلَآ أَنَا۠ عَابِدࣱ مَّا عَبَدتُّمۡ
Kandi sinzo senga ico musenga
Ayah 4وَلَآ أَنتُمۡ عَٰبِدُونَ مَآ أَعۡبُدُ
Namwe ntimuzo senga uwo nsenga
Ayah 5لَكُمۡ دِينُكُمۡ وَلِيَ دِينِ
Mwebwe mufise idini ryanyu, nanje mfise idini ryanje
Ayah 6