Surah An-Naas — Mankind

Surah An-Naas (Mankind) is chapter 114 of the Quran, with 6 verses. This page presents the Arabic text with a Kirundi translation, verse by verse.

قُلۡ أَعُوذُ بِرَبِّ ٱلنَّاسِ

Vuga uti:- ndikinze ku Muremyi w’abantu bose

Ayah 1

مَلِكِ ٱلنَّاسِ

Umwami w’abantu bose

Ayah 2

إِلَٰهِ ٱلنَّاسِ

Asengwa n’abantu bose

Ayah 3

مِن شَرِّ ٱلۡوَسۡوَاسِ ٱلۡخَنَّاسِ

N’ishari ry’uwushira impungenge n’ugusubira inyuma

Ayah 4

ٱلَّذِي يُوَسۡوِسُ فِي صُدُورِ ٱلنَّاسِ

N’uwushiraho izo mpungenge mu mitima y’abantu

Ayah 5

مِنَ ٱلۡجِنَّةِ وَٱلنَّاسِ

Nayo ni mubisigo hamwe n’abantu

Ayah 6