Surah Al-Ikhlaas — Sincerity

Surah Al-Ikhlaas (Sincerity) is chapter 112 of the Quran, with 4 verses. This page presents the Arabic text with a Kirundi translation, verse by verse.

قُلۡ هُوَ ٱللَّهُ أَحَدٌ

Vuga uti:- niyo Mana imwe rudende gusa

Ayah 1

ٱللَّهُ ٱلصَّمَدُ

Imana yonyene gusa niyo ikwiriwe kwizigirwa

Ayah 2

لَمۡ يَلِدۡ وَلَمۡ يُولَدۡ

Ntiyavyaye canke ntiyavutse

Ayah 3

وَلَمۡ يَكُن لَّهُۥ كُفُوًا أَحَدُۢ

Kandi ntifise uwo bisa nayo n’umwe

Ayah 4